Zaburi 5:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko mu kanwa kabo ata kintu co kwizigirwa kiriyo+;Imbere muri bo ni amarushwa gusa+.Umuhogo wabo ni imva irangaye+;Bakoresha akarimi gasosa+. Mariko 7:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Bitayeko, avuga ati: “Ibisohoka bivuye mu muntu ni vyo bihumanya umuntu+; Abaroma 3:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 “Umuhogo wabo ni imva irangaye, bahendanishije indimi zabo+.” “Ubumara bw’incira buri inyuma y’iminwa yabo+.”
9 Kuko mu kanwa kabo ata kintu co kwizigirwa kiriyo+;Imbere muri bo ni amarushwa gusa+.Umuhogo wabo ni imva irangaye+;Bakoresha akarimi gasosa+.
13 “Umuhogo wabo ni imva irangaye, bahendanishije indimi zabo+.” “Ubumara bw’incira buri inyuma y’iminwa yabo+.”