Matayo 16:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Maze yihanikiriza abigishwa ngo ntihagire uwo babwira yuko ari we Kristu+. Mariko 9:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Bariko baramanuka bava kuri nya musozi, abategeka adakikiriza kutagira n’umwe biganira+ ivyo babonye, kugeza Umwana w’umuntu amaze kuzuka mu bapfuye+. Luka 9:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Hanyuma iryo jwi ryumvikanye, Yezu aboneka ari wenyene+. Mugabo baguma banumye kandi ntibagira umuntu n’umwe biganira muri iyo misi ikintu na kimwe mu vyo babonye+.
9 Bariko baramanuka bava kuri nya musozi, abategeka adakikiriza kutagira n’umwe biganira+ ivyo babonye, kugeza Umwana w’umuntu amaze kuzuka mu bapfuye+.
36 Hanyuma iryo jwi ryumvikanye, Yezu aboneka ari wenyene+. Mugabo baguma banumye kandi ntibagira umuntu n’umwe biganira muri iyo misi ikintu na kimwe mu vyo babonye+.