Mariko 12:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Yezu aca ababwira ati: “Nimwishure Sezari ivya Sezari+, mugabo ivy’Imana muvyishure Imana+.” Baramutangarira+. Abaroma 13:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Muhe bose ivyabo, uwusaba ikori, mumuhe ikori+; uwusaba ikibuguro, mumuhe ikibuguro; uwusaba gutinywa, mumutinye+; uwusaba iteka, mumuhe iryo teka+.
17 Yezu aca ababwira ati: “Nimwishure Sezari ivya Sezari+, mugabo ivy’Imana muvyishure Imana+.” Baramutangarira+.
7 Muhe bose ivyabo, uwusaba ikori, mumuhe ikori+; uwusaba ikibuguro, mumuhe ikibuguro; uwusaba gutinywa, mumutinye+; uwusaba iteka, mumuhe iryo teka+.