Abalewi 11:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 N’ingurube+, kuko isatuye ikinono kandi ikagira umwanya mu kinono, mugabo ikaba ituza. Irahumanye kuri mwebwe. Gusubira mu vyagezwe 14:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 N’ingurube+ nyene, kuko isatuye ikinono mugabo ikaba ituza. Irahumanye kuri mwebwe. Nta n’imwe mu nyama zavyo mutegerezwa kurya, n’imivyimba yavyo ntimuze muyikoreko+.
7 N’ingurube+, kuko isatuye ikinono kandi ikagira umwanya mu kinono, mugabo ikaba ituza. Irahumanye kuri mwebwe.
8 N’ingurube+ nyene, kuko isatuye ikinono mugabo ikaba ituza. Irahumanye kuri mwebwe. Nta n’imwe mu nyama zavyo mutegerezwa kurya, n’imivyimba yavyo ntimuze muyikoreko+.