Yohani 14:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Yezu amubwira ati: “Ni jewe nzira+ n’ukuri+ n’ubuzima+. Nta wuza kuri Data adaciye kuri jewe+.