Ivyakozwe 15:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Mugabo Paulo ntiyabona ko bibereye yuko bajana n’uyo, kubera ko yari yabataye kuva i Pamfiliya+ ntajane na bo ku gikorwa.
38 Mugabo Paulo ntiyabona ko bibereye yuko bajana n’uyo, kubera ko yari yabataye kuva i Pamfiliya+ ntajane na bo ku gikorwa.