Matayo 3:1 Bibiliya y’isi nshasha 3 Muri iyo misi Yohani Umubatizi+ aza yamamaza mu gahinga+ k’i Yudaya, Luka 16:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Itegeko n’Abahanuzi vyabayeho gushika kuri Yohani+. Guhera ico gihe, ubwami bw’Imana buramenyeshwa bwa nkuru nziza, kandi abantu b’uburyo bwose barabandana ngo babushikire+.
16 “Itegeko n’Abahanuzi vyabayeho gushika kuri Yohani+. Guhera ico gihe, ubwami bw’Imana buramenyeshwa bwa nkuru nziza, kandi abantu b’uburyo bwose barabandana ngo babushikire+.