Matayo 22:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Maze abwira abashumba biwe ati: ‘Inzimano y’ubugeni yateguwe koko, mugabo abatumiwe ntibari babibereye+. Luka 7:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Mugabo Abafarizayo be n’abahanga mu vy’Itegeko bakengera inama+ y’Imana iberekeye, bakaba batari babatijwe na we.)
8 Maze abwira abashumba biwe ati: ‘Inzimano y’ubugeni yateguwe koko, mugabo abatumiwe ntibari babibereye+.
30 Mugabo Abafarizayo be n’abahanga mu vy’Itegeko bakengera inama+ y’Imana iberekeye, bakaba batari babatijwe na we.)