Abafilipi 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Birabereye rwose ko ndabiyumvirako ivyo mwese, kuko ndabafise ku mutima+, mwese mukaba musangira+ nanje ubuntu ata wari abukwiriye, haba mu mvuto+ zanje canke mu kuburanira+ inkuru nziza no gutuma yemerwa n’amategeko+.
7 Birabereye rwose ko ndabiyumvirako ivyo mwese, kuko ndabafise ku mutima+, mwese mukaba musangira+ nanje ubuntu ata wari abukwiriye, haba mu mvuto+ zanje canke mu kuburanira+ inkuru nziza no gutuma yemerwa n’amategeko+.