-
Yobu 2:3Bibiliya y’isi nshasha
-
-
3 Yehova yongera kubwira Shetani ati: “Mbega washize umutima wawe ku musavyi wanje Yobu+, ukabona ko ata n’umwe ameze nka we mw’isi, ko ari umuntu atagirako umugayo kandi agororotse+, atinya Imana+ kandi agaca kure ikibi+? Mbere n’ubu aracagumije ugutungana* kwiwe+, naho unshuhurira+ kuri we ngo ndamurotse ata gituma+.”
-