Kuvayo 24:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nuko Musa na Yosuwa umusuku wiwe barahaguruka, hanyuma Musa aduga ku musozi w’Imana y’ukuri+. Gusubira mu vyagezwe 1:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Yosuwa mwene Nuni, uwuhagaze imbere yawe, ni we azokwinjirayo+.’ Uyo yaramukomeje+, kuko azotuma Isirayeli igitorana.) Gusubira mu vyagezwe 31:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nuko Musa ahamagara Yosuwa, amubwirira mu maso ya Isirayeli yose ati: “Gira umutima rugabo kandi ukomere+, kuko ari wewe uzokwinjiza aba bantu mu gihugu Yehova yarahiye ba sekuruza babo ko azobaha, kandi ubwawe uzokibaha bwa ntoranwa+.
38 Yosuwa mwene Nuni, uwuhagaze imbere yawe, ni we azokwinjirayo+.’ Uyo yaramukomeje+, kuko azotuma Isirayeli igitorana.)
7 Nuko Musa ahamagara Yosuwa, amubwirira mu maso ya Isirayeli yose ati: “Gira umutima rugabo kandi ukomere+, kuko ari wewe uzokwinjiza aba bantu mu gihugu Yehova yarahiye ba sekuruza babo ko azobaha, kandi ubwawe uzokibaha bwa ntoranwa+.