Ivyahishuwe 14:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Maze numva ijwi rivuye mw’ijuru rivuga riti: “Andika: Hahiriwe abapfuye+ bapfira mu bumwe n’Umukama+ guhera ubu+. Egome, ni ko impwemu ivuga, nibaruhuke ukubira akuya kwabo, kuko ivyo bakoze bica bijana na bo.”
13 Maze numva ijwi rivuye mw’ijuru rivuga riti: “Andika: Hahiriwe abapfuye+ bapfira mu bumwe n’Umukama+ guhera ubu+. Egome, ni ko impwemu ivuga, nibaruhuke ukubira akuya kwabo, kuko ivyo bakoze bica bijana na bo.”