Ivyakozwe 17:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Paulo akibarindiririye i Atene, muri we umutima wiwe uterwa ishavu+ no kubona ingene ico gisagara cuzuye ibigirwamana. Abaroma 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko Imana, iyo nkorera igikorwa ceranda n’impwemu yanje ku bijanye n’inkuru nziza yerekeye Umwana wayo, ari yo cabona canje+ c’ukuntu nama ndabashira mu masengesho yanje ubudahengeshanya+, Abakolosayi 2:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko naho ntahari mu mubiri, nta co bitwaye, ndi kumwe namwe mu mutima+, nkanezerwa vyongeye nkabona urutonde+ rwanyu rwiza n’ugushikama kw’ukwizera+ kwanyu ku bijanye na Kristu.
16 Paulo akibarindiririye i Atene, muri we umutima wiwe uterwa ishavu+ no kubona ingene ico gisagara cuzuye ibigirwamana.
9 Kuko Imana, iyo nkorera igikorwa ceranda n’impwemu yanje ku bijanye n’inkuru nziza yerekeye Umwana wayo, ari yo cabona canje+ c’ukuntu nama ndabashira mu masengesho yanje ubudahengeshanya+,
5 Kuko naho ntahari mu mubiri, nta co bitwaye, ndi kumwe namwe mu mutima+, nkanezerwa vyongeye nkabona urutonde+ rwanyu rwiza n’ugushikama kw’ukwizera+ kwanyu ku bijanye na Kristu.