Mika 3:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ico gihe bazotabaza Yehova, mugabo ntazobishura+. Azobahisha mu maso hiwe ico gihe+, nk’uko na bo bagize nabi mu vyo bakoze+. 1 Yohani 3:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 kandi ikintu cose dusaba irakiduha+, kuko twubahiriza amabwirizwa yayo kandi tugakora ibintu bihimbaye mu maso yayo+.
4 Ico gihe bazotabaza Yehova, mugabo ntazobishura+. Azobahisha mu maso hiwe ico gihe+, nk’uko na bo bagize nabi mu vyo bakoze+.
22 kandi ikintu cose dusaba irakiduha+, kuko twubahiriza amabwirizwa yayo kandi tugakora ibintu bihimbaye mu maso yayo+.