Yeremiya 10:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ni nde atogutinya+ ga Mwami w’amahanga+, kuko ubibereye; kuko mu nkerebutsi zose z’amahanga no mu ngoma zabo zose ata n’umwe ameze nkawe mu buryo na bumwe+.
7 Ni nde atogutinya+ ga Mwami w’amahanga+, kuko ubibereye; kuko mu nkerebutsi zose z’amahanga no mu ngoma zabo zose ata n’umwe ameze nkawe mu buryo na bumwe+.