Zaburi 86:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ndaguhaya, ewe Yehova Mana yanje, n’umutima wanje wose+,Kandi nzoninahaza izina ryawe gushika igihe kitagira urugero, Yohani 12:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Data, ninahaza izina ryawe.” Ijwi+ rero riva mw’ijuru riti: “Nararininahaje kandi nzokwongera kurininahaza+.”
12 Ndaguhaya, ewe Yehova Mana yanje, n’umutima wanje wose+,Kandi nzoninahaza izina ryawe gushika igihe kitagira urugero,
28 Data, ninahaza izina ryawe.” Ijwi+ rero riva mw’ijuru riti: “Nararininahaje kandi nzokwongera kurininahaza+.”