Ivyakozwe 20:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 kandi muri mwebwe ubwanyu hazohaguruka abagabo bavuge ibigoramanze+ kugira ngo bakwegere abigishwa inyuma yabo+. 2 Abakorinto 11:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kuko mwene abo bantu ari intumwa z’ikinyoma, abakozi b’abahendanyi+, bihindura intumwa za Kristu+.
30 kandi muri mwebwe ubwanyu hazohaguruka abagabo bavuge ibigoramanze+ kugira ngo bakwegere abigishwa inyuma yabo+.
13 Kuko mwene abo bantu ari intumwa z’ikinyoma, abakozi b’abahendanyi+, bihindura intumwa za Kristu+.