2 Samweli 22:47 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 47 Yehova ni muzima! Nashemezwe we Gitandara canje+! Imana yo gitandara kinkiza nishirwe hejuru+! Yesaya 25:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Ewe Yehova, uri Imana yanje. Ndaguhaya ngashemeza izina ryawe,kuko wakoze ibintu vy’agatangaza+,ibintu wateguye* kuva kera+.Warabishikije, werekana ko uri umwizigirwa+.
25 Ewe Yehova, uri Imana yanje. Ndaguhaya ngashemeza izina ryawe,kuko wakoze ibintu vy’agatangaza+,ibintu wateguye* kuva kera+.Warabishikije, werekana ko uri umwizigirwa+.