Zaburi 83:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Ese abantu bose bomenya ko witwa Yehova+,be n’uko ari wewe wenyene Musumbavyose kw’isi yose+! Zaburi 148:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Vyose nibishemeze izina rya Yehova,kuko izina ryiwe ryonyene ari ryo riri hejuru cane hadashikwa+. Icubahiro ciwe kirengeye isi n’ijuru+.
13 Vyose nibishemeze izina rya Yehova,kuko izina ryiwe ryonyene ari ryo riri hejuru cane hadashikwa+. Icubahiro ciwe kirengeye isi n’ijuru+.