Matayo 5:43, 44 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 43 Mwarumvise ko vyavuzwe ngo: “Utegerezwa gukunda mugenzawe+ ukanka umwansi wawe.” 44 Ariko jewe ndababwiye nti: Mubandanye gukunda abansi banyu+ no gusengera ababahama+, Matayo 22:39 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 39 Irya kabiri risa na ryo ni iri: “Utegerezwa gukunda mugenzawe nk’uko wikunda+.” Abaroma 13:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Kuko aya mategeko ngo «ntukarenge ibigo+, ntukice+, ntukibe+, ntukipfuze ivy’abandi*+», hamwe n’ayandi mabwirizwa yose, bipoperanirijwe muri aya majambo agira ati: «Utegerezwa gukunda mugenzawe nk’uko wikunda+.» Abagalatiya 5:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Kuko amategeko yose uko angana arangukira* mw’itegeko rimwe, ari ryo ry’iri: «Utegerezwa gukunda mugenzawe nk’uko wikunda+.» Yakobo 2:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Nimba rero mukurikiza rya tegeko ry’i bwami mwisunze icanditswe kivuga ngo: «Utegerezwa gukunda mugenzawe nk’uko wikunda+», muriko mugira neza cane.
43 Mwarumvise ko vyavuzwe ngo: “Utegerezwa gukunda mugenzawe+ ukanka umwansi wawe.” 44 Ariko jewe ndababwiye nti: Mubandanye gukunda abansi banyu+ no gusengera ababahama+,
9 Kuko aya mategeko ngo «ntukarenge ibigo+, ntukice+, ntukibe+, ntukipfuze ivy’abandi*+», hamwe n’ayandi mabwirizwa yose, bipoperanirijwe muri aya majambo agira ati: «Utegerezwa gukunda mugenzawe nk’uko wikunda+.»
14 Kuko amategeko yose uko angana arangukira* mw’itegeko rimwe, ari ryo ry’iri: «Utegerezwa gukunda mugenzawe nk’uko wikunda+.»
8 Nimba rero mukurikiza rya tegeko ry’i bwami mwisunze icanditswe kivuga ngo: «Utegerezwa gukunda mugenzawe nk’uko wikunda+», muriko mugira neza cane.