ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Nahumu 1:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  2 Yehova ni Imana isaba gusengwa* yonyene+ kandi yihora.

      Yehova arihora kandi agiye kwerekana ishavu ryiwe+.

      Yehova arihora abamurwanya,

      kandi aguma ashavuriye abansi biwe.

  • Abaroma 12:19
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 19 Ntimwihore bakundwa, ahubwo mureke uburake bw’Imana bukore+, kuko vyanditswe ngo: «“Uguhōra ni ukwanje. Ni jewe nzosubiriza umuntu mu nkoko”, ni ko Yehova* avuze+.»

  • Abaheburayo 10:30
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 30 Kuko tuzi uwavuze ati: «Uguhōra ni ukwanje. Ni jewe nzosubiriza umuntu mu nkoko.» Yavuze kandi ati: «Yehova* azocira urubanza abantu biwe+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika