ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 14:28, 29
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 28 Uko haheze imyaka itatu, muzokwegeranya ic’icumi c’ivyo mwimbuye muri uwo mwaka, maze mubishire mu bisagara vyanyu+. 29 Hanyuma Abalewi (kuko ata mugabane canke intoranwa bahawe muri mwebwe), ba kavamahanga, impfuvyi hamwe n’abapfakazi baba mu bisagara vyanyu, bazoza babirye bahage+ kugira Yehova Imana yanyu abahezagire mu vyo mukora vyose+.

  • Imigani 14:21
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 21 Uwusuzugura mugenziwe aba acumuye,

      ariko uwugirira ubuntu abantu batobato arahiriwe+.

  • 1 Yohani 3:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Ariko uwufise ibintu vyo muri iyi si hanyuma akabona mwenewabo ari mu bukene mugabo ntamwumvire impuhwe, yovuga gute ko akunda Imana+?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika