ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abacamanza 15:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Samusoni aca avuga ati: «Ubu hoho Abafilisitiya ntibazontako umwikomo ninabagirira nabi.»

  • Abacamanza 15:15
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Aca abona umubangabanga utaruma w’indogobwa y’ingabo, atuma ukuboko arawutora, maze awicisha abagabo 1.000+.

  • 1 Samweli 17:47
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 47 Abari ng’aha bose* baramenya ko Yehova adakiza biciye ku nkota canke icumu+, kuko urugamba ari urwa Yehova+. Aradufasha kubatsinda mwese+.»

  • 1 Samweli 17:50
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 50 Gutyo Dawidi atsinda uwo Mufilisitiya akoresheje umugozi n’ibuye gusa, aramwica kandi ata nkota yari afise+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika