Abacamanza 16:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Hari abari binyegeje mu cumba. Maze Delila amubwira ati: «Samusoni, ngwaho Abafilisitiya!» Aca acagagura nya mirya, nk’aho umengo ni inyuzi* zibabuwe n’umuriro+. Ntibamenya aho akura inkomezi. Abacamanza 16:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Delila afata rero imigozi mishasha arayimubohesha maze amubwira ati: «Samusoni, ngwaho Abafilisitiya!» (Muri uwo mwanya hari abari binyegeje mu cumba.) Aca acagagura imigozi bari bamubohesheje amaboko nk’uwucagagura inyuzi+.
9 Hari abari binyegeje mu cumba. Maze Delila amubwira ati: «Samusoni, ngwaho Abafilisitiya!» Aca acagagura nya mirya, nk’aho umengo ni inyuzi* zibabuwe n’umuriro+. Ntibamenya aho akura inkomezi.
12 Delila afata rero imigozi mishasha arayimubohesha maze amubwira ati: «Samusoni, ngwaho Abafilisitiya!» (Muri uwo mwanya hari abari binyegeje mu cumba.) Aca acagagura imigozi bari bamubohesheje amaboko nk’uwucagagura inyuzi+.