Itanguriro 49:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Dani+ azocira imanza abantu biwe nk’umwe mu miryango y’Abisirayeli+. Abacamanza 2:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Yehova yaraheza rero akabazanira abacamanza, bakabakiza ababasahura+. Abacamanza 13:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Abisirayeli bongera gukora ivyo Yehova abona ko ari bibi+, maze Yehova abatanga ku Bafilisitiya+. Bamara imyaka 40 babaganza. Abacamanza 13:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Uzosama inda uvyare umuhungu. Umushatsi wiwe ntuze wigere umobwa+, kuko azoba Umunaziri* w’Imana kuva akivuka*. Kandi azoba indongozi yo gukiza Abisirayeli agahahazo k’Abafilisitiya+.» Abacamanza 16:31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 31 Mu nyuma benewabo be n’abo mu muryango wa se bose bamanuka kumutora. Baja kumuhamba aho se Manowa+ yahambwe, hagati y’i Zora+ n’i Eshitayoli. Samusoni yari amaze imyaka 20 ari umucamanza muri Isirayeli+. Abaheburayo 11:32 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Mvuge iki kandi? Umwanya womperana ntandukiriye ivya Gideyoni+, Baraki+, Samusoni+, Yefuta+, Dawidi+, Samweli+ n’abandi bahanuzi.
13 Abisirayeli bongera gukora ivyo Yehova abona ko ari bibi+, maze Yehova abatanga ku Bafilisitiya+. Bamara imyaka 40 babaganza.
5 Uzosama inda uvyare umuhungu. Umushatsi wiwe ntuze wigere umobwa+, kuko azoba Umunaziri* w’Imana kuva akivuka*. Kandi azoba indongozi yo gukiza Abisirayeli agahahazo k’Abafilisitiya+.»
31 Mu nyuma benewabo be n’abo mu muryango wa se bose bamanuka kumutora. Baja kumuhamba aho se Manowa+ yahambwe, hagati y’i Zora+ n’i Eshitayoli. Samusoni yari amaze imyaka 20 ari umucamanza muri Isirayeli+.
32 Mvuge iki kandi? Umwanya womperana ntandukiriye ivya Gideyoni+, Baraki+, Samusoni+, Yefuta+, Dawidi+, Samweli+ n’abandi bahanuzi.