ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 12:22
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 22 Yehova ntazobata mwebwe abantu biwe+ kubera izina ryiwe rihambaye+, kuko Yehova yiyemeje kubagira abiwe+.

  • Yesaya 43:25
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 25 Jewe ni je mpanagura amakosa* yawe+ ku bwanje+,

      kandi ibicumuro vyawe sinzovyibuka+.

  • Ezekiyeli 36:22
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 22 «Bwira rero Abisirayeli uti: “Umukama Segaba Yehova avuze ati: ‘Singira ndabikore ku bwanyu, yemwe Bisirayeli, ahubwo ngira ndabikore ku bw’izina ryanje ryeranda, izina mwahumanije mu mahanga mwagiyemwo+.’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika