ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 17:12, 13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Umve uruhagarara rw’amahanga menshi

      asebagirika nk’ibiyaga!

      Hari urwamo rw’amahanga

      ahinda nk’urwamo rw’amazi akomeye!

      13 Amahanga azohinda nk’urwamo rw’amazi menshi.

      Imana izoyakankamira ahungire kure,

      nka kurya umuguruka wo ku misozi utumurwa n’umuyaga,

      nka kurya ibitovu bivumburwa n’umuyaga w’igihuhusi bikagenda vyizunguriza.

  • Yesaya 57:20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 20 Mugabo ababisha bameze nk’ikiyaga kiguma gisebagirika, ntigitekane.

      Amazi yaco aguma azikurura ivyatsi vyo mu kiyaga n’urwondo.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika