Zaburi 104:14, 15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Umeza ubwatsi bw’inkan’ibiterwa abantu bikorako+kugira isi ibaronse ibifungurwa,15 n’umuvinyu unezereza umutima w’umuntu+,amavuta atuma mu maso hayagayagahamwe n’umukate utuma umuntu aronka inguvu*+.
14 Umeza ubwatsi bw’inkan’ibiterwa abantu bikorako+kugira isi ibaronse ibifungurwa,15 n’umuvinyu unezereza umutima w’umuntu+,amavuta atuma mu maso hayagayagahamwe n’umukate utuma umuntu aronka inguvu*+.