ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 27:28
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 28 Imana y’ukuri niguhe urume ruvuye mw’ijuru+ n’ivu ryo kw’isi ryimbuka+ hamwe n’intete nyinshi n’umuvinyu mushasha+.

  • Gusubira mu vyagezwe 33:16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 ibintu vyizavyiza vyo kw’isi n’ivyuzuye muri yo+,

      hamwe n’ugushimwa n’umwe yibera mu gisaka c’amahwa+.

      Ese ivyo vyose vyoza ku mutwe wa Yozefu,

      hejuru ku mutwe w’uwatowe muri benewabo+.

  • Malaki 3:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Nimuzane ivy’icumi vyose mu kigega+, kugira ngo mu nzu yanje habe ibifungurwa+. Enda nimungeze muri ivyo», ni ko Yehova Nyeningabo avuze, «murabe ko ntazobugururira ingomero zo mw’ijuru+, nkabasukako* umuhezagiro gushika aho ata co mubura+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika