Yesaya 35:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 35 Ubugaragwa n’igihugu kigadutse bizokwigina+,kandi ikiyaya c’ubugaragwa kizonezerwa, gishurike nk’amashurwe yitwa habaseleti+.
35 Ubugaragwa n’igihugu kigadutse bizokwigina+,kandi ikiyaya c’ubugaragwa kizonezerwa, gishurike nk’amashurwe yitwa habaseleti+.