Yesaya 30:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Azotanga imvura ivomere imbuto wateye mu murima+, kandi ivyo kurya isi izokwimbuka bizoba ari vyinshi kandi vyizavyiza*+. Ico gihe, ibitungwa vyawe bizorisha mu matongo yagutse yo kuragiramwo+.
23 Azotanga imvura ivomere imbuto wateye mu murima+, kandi ivyo kurya isi izokwimbuka bizoba ari vyinshi kandi vyizavyiza*+. Ico gihe, ibitungwa vyawe bizorisha mu matongo yagutse yo kuragiramwo+.