ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 1:29, 30
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 29 Imana yongera kuvuga iti: «Ehe ndabahaye ibiterwa vyose vyo kw’isi vyama imbuto n’ibiti vyose bifise ivyamwa birimwo imbuto. Nibibabere ibifungurwa+. 30 Kandi ibikoko vyose vyo mw’ishamba, ibikoko vyose biguruka mu kirere n’ibindi bikoko vyose bigendagenda kw’isi, ndabihaye ivyatsi bitoto ngo bibe ivyo kurya vyavyo+.» Biraheza biba gutyo nyene.

  • Itanguriro 9:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Ibikoko vyose ndabibahaye ngo bibabere ibifungurwa+. Ndabibahaye vyose nk’uko nabahaye ibiterwa bitotahaye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika