Umusiguzi 10:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Ibifungurwa* bituma abantu batwenga, umuvinyu na wo ugatuma ubuzima buryoha+. Ariko amahera ni inyishu y’ibibazo vyose+.
19 Ibifungurwa* bituma abantu batwenga, umuvinyu na wo ugatuma ubuzima buryoha+. Ariko amahera ni inyishu y’ibibazo vyose+.