Zaburi 77:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Nzozirikana ibikorwa vyawe vyose,niyumvire cane ukuntu ukora+. Zaburi 119:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Numfashe gutahura insobanuro* y’ivyagezwe vyawe,kugira nzirikane* ibikorwa vyawe bitangaje+.