ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 3:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  3 Ariko wewe, ewe Yehova, uri inkinzo inkikuje+.

      Uri ubuninahazwa bwanje+, kandi ni wewe utuma ntekana*+.

  • Zaburi 37:39, 40
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 39 Yehova ni we bukiriro bw’abagororotsi+.

      Ni we gihome kibakingira mu gihe c’ivyago+.

      40 Yehova azobafasha, abarokore+.

      Azobakiza, abakure mu vyara vy’ababisha,

      kuko ari we buhungiro bwabo+.

  • Zaburi 40:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Ariko jewe ndi umukene atagira gitabara.

      Ese Yehova yonyitaho!

      Ni wewe mutabazi wanje n’umurokozi wanje+.

      Ewe Mana yanje, nyaruka umfashe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika