Yobu 36:32 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Ifata umuravyo mu kuboko kwayo,ikawutumbereza ku co ishaka+. Zaburi 144:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Nurungike imiravyo maze abansi bashwiragire+.Nurase imyampi yawe maze baje mu ruhagarara+.