Zaburi 112:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 112 Shemeza Yehova*+! א [Alefu] Hahiriwe umuntu atinya Yehova+,ב [Beti]agahimbarwa n’amabwirizwa yiwe+. Abaheburayo 5:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Igihe Kristu yaba kw’isi*, yaratakambiye Umwe yari ashoboye kumukiza urupfu yongera aramusaba, hariko n’amaborogo akomeye be n’amosozi+, kandi yarumviwe kubera ko yatinya Imana.
112 Shemeza Yehova*+! א [Alefu] Hahiriwe umuntu atinya Yehova+,ב [Beti]agahimbarwa n’amabwirizwa yiwe+.
7 Igihe Kristu yaba kw’isi*, yaratakambiye Umwe yari ashoboye kumukiza urupfu yongera aramusaba, hariko n’amaborogo akomeye be n’amosozi+, kandi yarumviwe kubera ko yatinya Imana.