Umusiguzi 5:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Iki ni co nabonye ko ari ciza kandi kibereye: ni uko umuntu yorya, akanywa kandi agahimbarwa n’ibikorwa vyose+ yabiriye akuya munsi y’izuba mu misi mikeyi y’ubuzima Imana y’ukuri yamuhaye, kuko iyo ari yo mpembo* yiwe+. Yesaya 65:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Ntibazokwubaka inzu ngo uwundi ayibemwo,canke ngo batere abandi babirye. Kuko imisi abantu banje bazomara izongana n’imisi y’igiti+,kandi abo natoye bazonezererwa cane igikorwa amaboko yabo akora.
18 Iki ni co nabonye ko ari ciza kandi kibereye: ni uko umuntu yorya, akanywa kandi agahimbarwa n’ibikorwa vyose+ yabiriye akuya munsi y’izuba mu misi mikeyi y’ubuzima Imana y’ukuri yamuhaye, kuko iyo ari yo mpembo* yiwe+.
22 Ntibazokwubaka inzu ngo uwundi ayibemwo,canke ngo batere abandi babirye. Kuko imisi abantu banje bazomara izongana n’imisi y’igiti+,kandi abo natoye bazonezererwa cane igikorwa amaboko yabo akora.