Zaburi 127:4, 5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Abana umuntu avyaye akiri mutobameze nk’imyampi iri mu kuboko kw’umuntu w’intwari+. 5 Hahiriwe umuntu ayuzuza agasaho kiwe k’imyampi*+. Ntibazomaramara*,kuko bazovugana* n’abansi mw’irembo ry’igisagara.
4 Abana umuntu avyaye akiri mutobameze nk’imyampi iri mu kuboko kw’umuntu w’intwari+. 5 Hahiriwe umuntu ayuzuza agasaho kiwe k’imyampi*+. Ntibazomaramara*,kuko bazovugana* n’abansi mw’irembo ry’igisagara.