Zaburi 8:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 nca nibwira nti: «Umuntu buntu ni iki ku buryo umwibuka?Umwana w’umuntu ni iki ku buryo umwitwararika+?» Abaheburayo 2:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Mugabo hari icabona cavuze ahantu hamwe giti: «Umuntu ni iki ku buryo umwibuka? Canke umwana w’umuntu ni iki ku buryo umwitwararika+?
4 nca nibwira nti: «Umuntu buntu ni iki ku buryo umwibuka?Umwana w’umuntu ni iki ku buryo umwitwararika+?»
6 Mugabo hari icabona cavuze ahantu hamwe giti: «Umuntu ni iki ku buryo umwibuka? Canke umwana w’umuntu ni iki ku buryo umwitwararika+?