1 Ngoma 29:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Imbere yawe turi abanyamahanga n’inyambukira cokimwe na ba sogokuruza bacu bose+, kuko ubuzima bwacu kw’isi bumeze nk’igitutu+. Nta cizigiro kiriho. Yobu 14:1, 2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Umuntu yavyawe n’umugore,abaho igihe gito+ kandi yama yugarijwe n’ingorane*+. 2 Ameze nk’ishurwe rishurika rigaca ryuma*+.Ameze nk’igitutu gihunga kikazimangana+.
15 Imbere yawe turi abanyamahanga n’inyambukira cokimwe na ba sogokuruza bacu bose+, kuko ubuzima bwacu kw’isi bumeze nk’igitutu+. Nta cizigiro kiriho.
14 Umuntu yavyawe n’umugore,abaho igihe gito+ kandi yama yugarijwe n’ingorane*+. 2 Ameze nk’ishurwe rishurika rigaca ryuma*+.Ameze nk’igitutu gihunga kikazimangana+.