Zaburi 33:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Hahiriwe ihanga Imana yaryo ari Yehova+,abantu yitoreye ngo bamwegukire+. Zaburi 37:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Kuko inkozi z’ikibi zizorandurwa+,ariko abizigira Yehova bazokwigabira isi+. Zaburi 37:37 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 37 Uritegereza umuntu w’intungane*,ugume uraba umuntu w’umugororotsi+:kazoza kiwe kazorangwa n’amahoro+. Zaburi 146:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Hahiriwe uwufise Imana ya Yakobo nk’umutabazi wiwe+,akizigira Yehova Imana yiwe+,
37 Uritegereza umuntu w’intungane*,ugume uraba umuntu w’umugororotsi+:kazoza kiwe kazorangwa n’amahoro+.