Zaburi 8:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Ewe Yehova Mukama wacu, izina ryawe rirahambaye kw’isi yose!Ubuninahazwa bwawe buri hejuru y’amajuru*+. Yesaya 12:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Kuri uwo musi muzovuga muti: «Nimukengurukire Yehova, mwambaze izina ryiwe.Nimumenyeshe ibikorwa vyiwe mu mahanga+. Nimutangaze yuko izina ryiwe riri hejuru+.
8 Ewe Yehova Mukama wacu, izina ryawe rirahambaye kw’isi yose!Ubuninahazwa bwawe buri hejuru y’amajuru*+.
4 Kuri uwo musi muzovuga muti: «Nimukengurukire Yehova, mwambaze izina ryiwe.Nimumenyeshe ibikorwa vyiwe mu mahanga+. Nimutangaze yuko izina ryiwe riri hejuru+.