ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 22:18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Kandi amahanga yose yo kw’isi azohezagirwa* biciye ku ruvyaro* rwawe+, kuko wanyumviye+.”»

  • Ivyahishuwe 7:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Inyuma y’ivyo, mbona isinzi rinini ata muntu n’umwe yari ashoboye kuriharura. Ryari rigizwe n’abantu bo mu mahanga yose, imiryango yose, amoko yose n’indimi zose+, kandi bari bahagaze imbere ya ya ntebe y’ubwami n’imbere ya wa Mwagazi w’intama. Bari bambaye amakanzu yera+, kandi bari bafise amashami y’ibigazi mu minwe+.

  • Ivyahishuwe 15:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 Ewe Yehova*, ni nde atazogutinya canke atazoninahaza izina ryawe+? Kuko ari wewe wenyene uri intahemuka! Amahanga yose azoza imbere yawe agusenge+, kuko wahishuye ingingo zawe zigororotse.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika