1 Samweli 17:45 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 45 Dawidi na we yishura uwo Mufilisitiya ati: «Uje kundwanya witwaje inkota n’amacumu+, mugabo jewe nje kukurwanya nserukiye Yehova* Nyeningabo+, Imana y’Abisirayeli batonze urugamba, Imana wasomborokeje*+. Zaburi 20:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Hari abishimira imikogote, abandi bakishimira amafarasi+,ariko twebwe twambaza izina rya Yehova Imana yacu+. Zaburi 33:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Ingabo nyinshi si zo zirokora umwami+,kandi umunyenkomezi ntakizwa n’inguvu ziwe nyinshi+.
45 Dawidi na we yishura uwo Mufilisitiya ati: «Uje kundwanya witwaje inkota n’amacumu+, mugabo jewe nje kukurwanya nserukiye Yehova* Nyeningabo+, Imana y’Abisirayeli batonze urugamba, Imana wasomborokeje*+.
7 Hari abishimira imikogote, abandi bakishimira amafarasi+,ariko twebwe twambaza izina rya Yehova Imana yacu+.