Kuvayo 15:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Yehova* ni inkomezi zanje n’ubushobozi bwanje kuko yandokoye+. Iyi ni yo Mana yanje, nanje nzoyihaya+; ni Imana ya data+, nanje nzoyishira hejuru+.
2 Yehova* ni inkomezi zanje n’ubushobozi bwanje kuko yandokoye+. Iyi ni yo Mana yanje, nanje nzoyihaya+; ni Imana ya data+, nanje nzoyishira hejuru+.