Zaburi 65:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Witwararika isi,ugatuma imera cane, ikimbuka rwose+. Umugezi uva ku Mana wuzuye amazi.Ukwo ni ko wateguye isi,kugira uronse abantu ibifungurwa+. Zakariya 10:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 «Nimusabe Yehova imvura mu gihe c’imvura y’impeshi. Yehova ni we ashiraho ibicu vy’imvura y’igihuhusi,agaha abantu imvura+,umwe wese akamuha ibimera mu murima.
9 Witwararika isi,ugatuma imera cane, ikimbuka rwose+. Umugezi uva ku Mana wuzuye amazi.Ukwo ni ko wateguye isi,kugira uronse abantu ibifungurwa+.
10 «Nimusabe Yehova imvura mu gihe c’imvura y’impeshi. Yehova ni we ashiraho ibicu vy’imvura y’igihuhusi,agaha abantu imvura+,umwe wese akamuha ibimera mu murima.