Yesaya 37:36 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 36 Maze umumarayika wa Yehova araza, yica ingabo 185.000 mw’ikambi y’Abashuri. Abantu bavyutse kare mu gitondo basanga ingabo zose ni imivyimba gusa+.
36 Maze umumarayika wa Yehova araza, yica ingabo 185.000 mw’ikambi y’Abashuri. Abantu bavyutse kare mu gitondo basanga ingabo zose ni imivyimba gusa+.