Kuvayo 20:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Ntukavyunamire canke ngo woshwe kubisenga*+, kuko jewe Yehova Imana yawe ndi Imana isaba gusengwa* yonyene+. Mpanira abana ikosa rya ba se gushika ku runganwe* rugira gatatu no ku rugira kane rw’abanyanka,
5 Ntukavyunamire canke ngo woshwe kubisenga*+, kuko jewe Yehova Imana yawe ndi Imana isaba gusengwa* yonyene+. Mpanira abana ikosa rya ba se gushika ku runganwe* rugira gatatu no ku rugira kane rw’abanyanka,