ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 113:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  3 Izina rya Yehova nirishemezwe+,

      kuva mu buseruko gushika mu burengero.

  • Yesaya 45:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  6 kugira ngo kuva iyo izuba riserukira gushika iyo rirengera*,

      abantu bamenye

      yuko ata wundi ariho atari jewe+.

      Ndi Yehova, kandi nta wundi ariho+.

  • Yesaya 59:19
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 19 Abo mu burengero bazotinya izina rya Yehova,

      abo mu buseruko batinye ubuninahazwa bwiwe,

      kuko Yehova azoza nk’uruzi rwasaze

      rusunitswe n’impwemu yiwe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika